Publishing Details
Contact & Outreach
About This Podcast
🎧An Audible Bible for All Generations.
Podcasting 2.0 Features
Explore Statistics
Recent Episodes
Yohana(John) 3:17-18 | InspiringWednesday
17.For God did not send his Son into the world to condemn the world, but to save the world through him. 18.Whoever believes in him is not condemned, but whoever does not believe stands condemned…
Ab’i Galatiya 5:16 | Inspiring Wednesday
Ndavuga nti Mugendeshwe na Mpwemu, ni ho mutazoshitsa ivy’ akameremere kanyu kifuza.Support the show
Yesaya(Ésaïe) 52:1-2 | Inspiring Wednesday
Réveille-toi! Réveille-toi! Enfile ta force en guise de vêtement, Sion! Mets tes habits de fête, Jérusalem, ville sainte! En effet, l'incirconcis et l'homme impur n'entreront plus chez toi. Secoue ta…
Ab'i Filipi 3:14 | InspiringWednesday
Nshobozwa vyose n’ūmpa inkomezi.Support the show
Yesaya 43:18-19 | Inspiring Wednesday
ati Mwoye kwibuka ivya mbere, kandi ntimwiyumvire ku vya kera.Ehe ngira nkore ikintu gisha: ko kigira giseruke ubu, mbega ntimuzokimenya? Nzoca inzira no mu bugaragwa, ntembeshe inzūzi…
Ab’i Galatiya 2:16 | Inspiring Wednesday
Ariko tuzi yuk’ umuntu adatsindanishirizwa n’ibikorwa bishinzwe n’ivyagezwe, arikw atsindanishirizwa no kwizera Yesu Kristo. Natwe twizeye Kristo Yesu, ngo kwizera Kristo kube ari kwo…
Yesaya 53:5 | Inspiring Wednesday
Yamara yacumitiwe ivyacu bicumuro, yajanjaguriwe ivyacu bigabitanyo: igihano kituronkesha amahoro cabaye kuri we, kand’ imishishagu yiwe ni yo idukiza. Support the show
Ivyakozwe n'intumwa(Actes) 9:15;16;22 | InspiringWednesday
15. Mais le Seigneur lui dit: Va, car cet homme est un instrument que j’ai choisi, pour porter mon nom devant les nations, devant les rois, et devant les fils d’Israël; 16. et je lui montrerai tout…
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 4
YAJE KWEREKANA URUKUNDO RW'IMANA KUBANYAVYAHA.www.wewenawewe.comSupport the show
S1E5 IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 5
YAJE KUDUHUZAKANDI N'IMANA.www.wewenawewe.comSupport the show
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 3
YAJE GUKURAHO URUBANZA RWADUTSINDA RW'ICAHA.www.wewenawewe.comSupport the show
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 2
YAJE KUGIRA ATUBERE INZIRA ISHIKA KU MANA.www.wewenawewe.comSupport the show
IMPAMVU 5 ZATUMYE AZA GUPFA - UMUSI WA 1
YAJE KUGIRA AHE UBUGINGO BUDASHIRAABAMWIZERA.www.wewenawewe.comSupport the show
2 Korinto 4:17-18 | InspiringWednesday
17. Kuko imibabaro yacu naho ari mito kandi y’akanya gato, ituzanira ubwiza bw’akaburarugero kandi buzokwamaho. 18. None rero ntiduhanga amaso ku biboneka vy’ab’iki gihe, ariko tuyahanga ku…
1 Ab'i Tesalonike 5:18 | Inspiring Wednesday
'mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu. ' 1 Ab’i Tesalonike 5:18 RUN1967Support the show
Ab'i Filipi 4:6-7 | InspiringWednesday
6. Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka.7. Maz’ amahoro y’Imana aruta uko yomenywa n’umuntu wese,…
Zaburi 121 | InspiringWednesday
1. Ndunamurira amaso yanje ku misozi:Ugutabarwa kwanje kuzova hehe?2. Ugutabarwa kwanje kuva k’ Uhoraho Yaremye ijuru n’isi.3. Ntazokundira ibirenge vyawe ko bitirimuka, Ūkuzigama ntazohunyiza.4.…
Abaheburayo 4:15 | Inspiring Wednesday
15.Kuk’ umuherezi mukuru dufise, atar’ ūdashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko n’uwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. '@ZeKrtvBibleSupport the show
Ab’i Filipi 2:5-7 | Inspiring Wednesday
5.Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6.Uwo, naho yar’ asanganywe ishusho y’Imana, ntiyiyumviriye yuko kuringanira n’Imana ar’ ikintu co kwumirako: 7.ariko yīsiga ubusa, yābīra…
Yohana 10:10 | Inspiring Wednesday
Igisuma ntikizanwa n’ikindi, atar’ ukwiba, n’ukwica, n’ugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busāgutse. @ZeKrtvBibleSupport the show
Frequently Asked Questions
ZeKrtvBible has published 13 episodes since March 2026, covering topics in Christianity, Religion & Spirituality.
ZeKrtvBible is currently declining with new episodes weekly. Average episode length is 2m.
Sign up on Grep.FM to access contact details for ZeKrtvBible, including email and social media links.
Similar Podcasts
The Bible in a Year (with Fr. Mike Schmitz)
Ascension
1,712 episodes
Relatable with Allie Beth Stuckey
Blaze Podcast Network
1,426 episodes
Unashamed with the Robertson Family
The Robertson Family
1,353 episodes
BibleProject
BibleProject Podcast
527 episodes
Timothy Keller Sermons Podcast by Gospel in Life
Tim Keller
100 episodes
Elevation with Steven Furtick
iHeartPodcasts
558 episodes