Episodes 23
Avg. Duration 2m
Activity Highly Active
Since Jun 2025
Latest Episode Mar 2026

Publishing Details

Schedule
Weekly
Format
Episodic
Consistency
72%
Hosting
feeds.buzzsprout.com

Contact & Outreach

About This Podcast

🎧An Audible Bible for All Generations.

Podcasting 2.0 Features

funding txt

Explore Statistics

Recent Episodes

2 Korinto 4:17-18 | InspiringWednesday

Mar 04, 2026 2m

17. Kuko imibabaro yacu naho ari mito kandi y’akanya gato, ituzanira ubwiza bw’akaburarugero kandi buzokwamaho. 18. None rero ntiduhanga amaso ku biboneka vy’ab’iki gihe, ariko tuyahanga ku…

1 Ab'i Tesalonike 5:18 | Inspiring Wednesday

Feb 25, 2026 1m

'mwame mukenguruka muri vyose, kukw ico ari co Imana ibagombako muri Kristo Yesu. ' 1 Ab’i Tesalonike 5:18 RUN1967Support the show

Ab'i Filipi 4:6-7 | InspiringWednesday

Feb 18, 2026 2m

6. Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka.7. Maz’ amahoro y’Imana aruta uko yomenywa n’umuntu wese,…

Zaburi 121 | InspiringWednesday

Feb 11, 2026 1m

1. Ndunamurira amaso yanje ku misozi:Ugutabarwa kwanje kuzova hehe?2. Ugutabarwa kwanje kuva k’ Uhoraho Yaremye ijuru n’isi.3. Ntazokundira ibirenge vyawe ko bitirimuka, Ūkuzigama ntazohunyiza.4.…

Abaheburayo 4:15 | Inspiring Wednesday

Feb 04, 2026 2m

15.Kuk’ umuherezi mukuru dufise, atar’ ūdashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko n’uwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze. '@ZeKrtvBibleSupport the show

Ab’i Filipi 2:5-7 | Inspiring Wednesday

Jan 28, 2026 2m

5.Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6.Uwo, naho yar’ asanganywe ishusho y’Imana, ntiyiyumviriye yuko kuringanira n’Imana ar’ ikintu co kwumirako: 7.ariko yīsiga ubusa, yābīra…

Yohana 10:10 | Inspiring Wednesday

Jan 22, 2026 1m

Igisuma ntikizanwa n’ikindi, atar’ ukwiba, n’ukwica, n’ugutikiza; nanje jeho nazanywe no kugira ngo zironke ubugingo, kandi ngo ziburonke busāgutse. @ZeKrtvBibleSupport the show

1 Petero 2:5-10 | Inspiring Wednesday

Jan 21, 2026 2m

5. mwubakwe nk’amabuye afise ubugingo, kugira ngo mube inzu yo mu buryo bg’impwemu, mugire ibango ry’ubuherezi ryera, ngo mutange ibimazi mu buryo bg’impwemu, bishimwa n’Imana kubga Yesu Kristo. 6.…

Abaheburayo 11:6 | Inspiring Wednesday | Verse of the year 2026

Jan 19, 2026 2m

kand’ ūtizera ntibishoboka kw ayihimbara; kuk’ uwēgēra Imana akwiye kwizera yukw iriho, igaha impēra abayirondera. @ZeKrtvBibleSupport the show

Zaburi 23:4 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 2m

Mbere naho noca mu mwonga w’igitūtu c’urupfu, Sinzogira ikibi ntinya; kuk’ uri kumwe nanje:@ZeKrtvBibleSupport the show

Zaburi 150 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 2m

1.  Haleluya!Mushimire Imana ahēra hayo,Muyishimire no mw itāzānure ry’ubushobozi bgayo!2.  Muyishimire ivy’ inkomezi yakoze,Muyishime nk’uko bibereye ubukuru bgayo buhambaye!3.  Muyishimishe ijwi…

Guharūra 23:19 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 2m

Ereg’ Imana s’umuntu ngw ibeshe, Kandi s’umwana w’umuntu ngo yisubiremwo! Ivyo yavuze, mbega ntizobikora? Ivyo yashinze ntizobishitsa?@ZeKrtvBibleSupport the show

Abaroma 15:13 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 2m

Imana itanga ivyizigiro ibuzuze umunezero wose n’amahoro biva ku kwizera, kugira ngo murushirize kwizigira ibizoba, mubihawe n’ubushobozi bga Mpwemu Yera. @ZeKrtvBibleSupport the show

1 Yohana 4:9-10 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 2m

9.Iki ni co caseruye urukundo rw’Imana muri twebge, n’ukw Imana yarungitse Umwana wayo w’ikinege mw isi, kugira ngo duheshwe ubugingo na we. 10. Iki ni co kirimw’ urukundo, s’uko twebge twakunze…

Matayo 25:14-30 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 2m

Umugani w’ababikijwe italanto14. Bizoba nk’ivy’ umuntu agira agende mu mahanga, ahamagara abantu biwe, abasigarana ivyo atunze.  15. Umwe amuha italanto zitanu, uwundi zibiri, uwundi imwe, uk’ umuntu…

Zaburi 23:1 | Inspiring Wednesday

Jan 19, 2026 1m

Uhoraho ni we mwungere wanje, sinzokena. @ZeKrtvBibleSupport the show

ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 6: URI UMUCO KANDI REKA KUBINYEGEZA!

Jun 22, 2025 1m

Dusome: 'Uko ni ko mukwiye kureka umuco wanyu ukakira imbere y’abantu kugira ngo babone ibikorwa vyanyu vyiza, hanyuma bahimbaze So wo mw’ijuru. ' Matayo 5:16Ntiwaremewe kunyegera! Uri mu muryango…

ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi w'7: KAZOZA KAWE KARI MU BIGANZA VYIZA!

Jun 22, 2025 1m

Dusome : 'Kuko nzi ivyiyumviro mbiyumvirako, ni jewe Uhoraho mbivuze, kw ar’ ivyiyumviro vy’amahoro, atar’ ivy’ ivyago, kugira ngo mbahe ivyizigiro vyo mw iherezo ryanyu. ' Yeremiya 29:11Hari aho uca…

ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 5: INGENE KAZOZA KAWE ARI KEZA!

Jun 22, 2025 1m

Dusomere hamwe: 2 Ab’i Korinto 5:17 'Nuko rer’ umuntu wese iy’ ari muri Kristo, aba ar’ icaremwe gisha: ivya kera biba bihise, vyose biba bicitse bisha.'Twese turisanga dufise ibihe canke ama kosa…

ICO URI Hamwe N’ICO WAREMEWE | Umusi wa 4: UMUSUMA YITWA COMPARAISON

Jun 22, 2025 1m

Dusomere hamwe:'Umwe wese yari akwiye kwisuzuma mu bikorwa vyiwe, kugira ngo asanze yakoze neza bimushimishe, ariko ntabanze kwigereranya n’abandi.' Ab’I Galatiya 6:4 Ndakuravye mu maso: Uriko…

Frequently Asked Questions

How many episodes does ZeKrtvBible have?

ZeKrtvBible has published 23 episodes since June 2025, covering topics in Christianity, Religion & Spirituality.

Is ZeKrtvBible still active?

ZeKrtvBible is currently highly active with new episodes weekly. Average episode length is 2m.

How do I contact ZeKrtvBible for sponsorship or guest appearances?

Sign up on Grep.FM to access contact details for ZeKrtvBible, including email and social media links.

Similar Podcasts